Burundi na Covid-19:Abarenga 70 batowe umugera mu ntara ya Makamba
Published on: Thursday 14 January 2021
Abajejwe amagara y'abantu mu ntara ya Makamba yo mu bumanuko bw'Uburundi ku rubibe bihana na Tanzania bamenyesha ko gushika uyu munsi abantu 79 bamaze gutorwa umugera wa Covid-19. Komine zitatu z'iyo ...
News source: https://www.bbc.com/gahuza/amakuru-55676058